Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 arababgira, ati Mu gisagara habaye umucamanza, adatinya Imana, ntagire udusoni ku bantu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Arababwira ati: “Mu gisagara kimwe habaye umucamanza atubaha Imana kandi atasonera n’abantu.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:2
14 Referans Kwoze  

Amara imisi atemera, ariko hanyuma aribgira, ati Naho ntatinya Imana, kandi singire isoni z’abantu,


Umugororotsi ababara urubanza rw’abafafara, Arik’ umunyakibi ararwiyobagiza.


Inzira z’iroro zirasivye, nta wuhita akiboneka; yishe isezerano, akēngēra ibisagara, kandi ntagira udusoni ku bantu.


Mur’ ico gisagara hār’ umupfakazi, aza kuri we kenshi, aramubarira, ati Ncira urubanza runkiza umwansi wanje.


Nyen’ uruzabibu aribaza, ati Ngire nte? Ndatuma umwana wanje nkunda, kumbure bazomusonera.


Kandi twari dufise ba data b’imibiri, bāradukāngīra, natwe tukabubaha: none ntituzorushiriza cane kugororokera Se w’impwemu tugahoraho?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite