9 Mbeg’ akengurukira uwo mugurano kuko yakoze ivyo yamugezeko?
9 Mbega arashimira uwo mukozi ko yakoze ivyo yamutegetse vyose? Haba na mba!
Ariko ntiyomubarira, at’ Arura ivyo kurya vyanje, ukenyere, ungaburire, gushitsa aho mpereza kurya no kunywa, nawe hanyuma ubone kurya no kunywa?
Abe ari ko namwe mugira, ni mwaheza gukora ivyo mwagezweko vyose, muvuge, muti Tur’ abagurano b’imburakimazi, twakoze ivyo dukwiye gukora gusa.