Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kandi ni yakugirira nabi indwi ku musi umwe, agahindukira ibihetangabo ndwi, akubgira, ati Ndihannye; uz’ ubimuharire.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Niyagucumurako incuro indwi ku musi, akagaruka incuro indwi nyene akubwira ati: ‘Ndihanye mbabarira,’ uze umuharire.”

Gade chapit la Kopi




Luka 17:4
12 Referans Kwoze  

Ariko, Umwansi wawe ni yasonza, umugaburire; ni yagira inyota, umuhe ic’ anywa: kuko ni wagira urtyo, uzoba umurunzekw amakara yaka ku mutwe.


uduhebere imyenda yacu, nk’uko natwe twahebeye abari mu myenda yacu;


Na Data wo mw ijuru ni kw azobagirira, ni mutāharirana, umuntu wese ngw aharire mugenzi we bivuye mu mutima.


Ariko n’atakwumvira, ujane umwe canke babiri, kugira ngw ijambo ryose rize riringanizwe, bivuye mu kanwa k’ivyabona bibiri canke bitatu.


Ariko jeho ndababgire: Mukunde abansi banyu, musabire ababahama,


Kandi za ntumwa zibgira Umwami Yesu, ziti N’utwongere ukwizera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite