Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 17:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 kandi ntibazovuga, bat’ Ehe ngubu: canke bati Nguburiya; kuk’ ubgami bg’Imana buri muri mwebge.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 kandi nta wuzovuga ngo: ‘Ehe buri hano’ canke ngo: ‘Ehe buri hariya.’ Kuko Ubwami bw’Imana buri hagati muri mwebwe.”

Gade chapit la Kopi




Luka 17:21
10 Referans Kwoze  

Ariko Mpwemu w’Imana ni yaba ari we anshoboza gusenda abadayimoni, noneh’ ubgami bg’Imana burabashikiriye.


Kuk’ ubgami bg’Imana atar’ ukurya n’ukunywa, ariko n’ukugororoka, n’amahoro, n’umunezero vyo muri Mpwemu Yera.


Ico gihe ni hagira umuntu ababgira, at’ Ehe Kristo ari hano; cank’ at’ Ari hariya: ntimuze muvyemere.


abo Imana yakunze kumenyesha itunga ry’ubgiza bg’iri banga, rivugwa mu banyamahanga, ni ryo Kristo ari muri mwebge, ivyizigiro vyo kuzoronka ubgiza.


Arababarira ati Mwirinde ntimuzimizwe: kuko benshi bazoza mw izina ryanje, bati Ndi we; kandi bat’ Igihe kiri hafi: ntimuze mubakurikire.


Kandi bazobabgira, bat’ Ehe nguriya: canke bat’ Ehe nguyu. Ntimuze mujeyo, kandi ntimubakurikire.


Yohana arabishura, ati Jeho mbatiza mu mazi; hagati muri mwebge hahagaze uwo mutazi,


Yesu aramwishura, at’ Ubgami bganje s’ubgo mur’ iyi si; iyaba ubgami bganje bgar’ ubgo mur’ iyi si, abagendanyi banje baba bārwanye, ngo simpabge Abayuda. Ariko noneh’ ubgami bganje s’ubg’ ino.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite