Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Aramwishura, at’ Ingero ijana z’amavuta ya elayo. Na we at’ Abīra icete cawe, wicare vuba, wandike mirongwitanu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Na we yishura ati: ‘Utugunguru ijana tw’amavuta ya elayo.’ Wa munyabigega aca amubwira ati: ‘Akira urupapuro wandike utugunguru mirongo itanu.’

Gade chapit la Kopi




Luka 16:6
7 Referans Kwoze  

badakorakora, ariko berekane ukuyoboka kwiza kwose, kugira ngo muri vyose basharize ivyigishwa vy’Imana, Umukiza wacu.


Kandi namba mudakora ivyo mwizigiweko ku vy’ abandi mwabīkijwe, ni nde azobaha ivyo mwokwiganzira?


Nanje ndababgire, Itunga ribi muryironkeshereze incuti, ngo ni ryabura baze babatunge mube muri za ngo zitazoshira.


Bugorovye, nyen’ uruzabibu abgira umukoresha wiwe, ati Hamagara abakozi, ubagerere ingero zabo, utangurire mu bo hanyuma gushitsa ku ba mbere.


Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki?


Kand’ abaza uwundi, ati Harya weho umufitiye ibingana iki? Aramwishura, at’ Ingero ijana z’ingano. Aramubarira, at’ Abīra icete cawe, wandike mirongumunani.


Hārih’ impange z’intango zitandatu z’amazi zabājwe mu mabuye, zateretsweho kubg’ ukwihumānura nk’uk’ umugenzo w’Abayuda war’ uri, imwe‐imwe yuzuzwa n’ibibindi bibiri canke bitatu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite