Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Maze ahamagara abo yahaye amadeni bose. Uwa mbere amubaza ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’

Gade chapit la Kopi




Luka 16:5
6 Referans Kwoze  

Atanguye guharūra, bamuzanira uwamurīriye umwenda w’italanto ibihumbi cumi.


uduhebere imyenda yacu, nk’uko natwe twahebeye abari mu myenda yacu;


Uno muntu asohotse, abona mugenzi we yamurīriye umwenda w’idenariyo ijana; aramufata, amugwa mu gahogo, ati Nyishura ivyo umperaniye.


Ndazi ico nkora, ngo ni nasohorwa mu bubgiriza baze bantunge mbe mu ngo zabo.


Aramwishura, at’ Ingero ijana z’amavuta ya elayo. Na we at’ Abīra icete cawe, wicare vuba, wandike mirongwitanu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite