Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ndazi ico nkora, ngo ni nasohorwa mu bubgiriza baze bantunge mbe mu ngo zabo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ndatoye ico ngiye gukora, kugira ngo ninava muri aya mabanga, abantu bazompe indaro.’

Gade chapit la Kopi




Luka 16:4
6 Referans Kwoze  

Ubgo bgenge si bgo bgururuka buvuye mw ijuru, ariko n’ubg’ isi, n’ubg’ abantu, n’ubg’ abadayimoni.


Ereg’ abantu banje n’ibipfu, ntibanzi; n’abana b’ibijuju, nta bgenge bagira: bagira ubgenge bgo gukora ibibi, ariko mu vyo gukora ivyiza nta co bazi.


Sinze mpave mpimba nabi, nkakwihakana, nkavuga nt’ Uhoraho n’iki? Kandi noye kuba mworo, ngahava niba, Ngatukisha izina ry’Imana yanje.


Uwo mubgiriza aribaza, ati Mbe ngira nte, ko databuja agira ansohore mu bubgiriza bganje? Sinshobora kurima, binteye isoni ko nosēgerereza.


Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki?


Nanje ndababgire, Itunga ribi muryironkeshereze incuti, ngo ni ryabura baze babatunge mube muri za ngo zitazoshira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite