Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Yifuza guhāzwa n’udukorokera musi y’ameza y’uno mutunzi; kand’ imbga na zo zāraza zikamurigata ibisebe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Umubiri wiwe wari wuzuye ibikomere, akama yipfuza utwo kurya dukorotse tuva ku meza y’uwo mutunzi, mbere n’imbwa zama ziza kurigata ivyo bikomere vyiwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 16:21
7 Referans Kwoze  

Na we ati Nka ko, Mugenzi, kuk’ utubga na two twīrīra utuvunguka dukorokera musi y’ameza ya ba nyene two.


mu butame no mu bucumukure, ndāra maso kenshi, ngira inzara n’inyota, mmara ubusa kenshi, nicwa n’imbeho, nambara ubusa.


Gushitsa n’ubu twishwe n’inzara n’inyota, twambaye ubusa, dukubitwa ibipfunsi, tubura uburagamo,


Bamaze guhāga, abgira abigishwa biwe, ati Ni mutororokanye utumanyagu tw’ imisigazwa, hoye kugira igipfa ubusa.


Na we aramwishura, ati Nka ko, Mugenzi, utubga na two turi musi y’ameza twīrīra utuvunguka tw’abana.


Kandi hāriho n’umworo yitwa Lazaro, yatembagara kw irembo ryiwe yatonyanga ibisebe.


Hanyuma rero wa mworo arapfa, abamarayika bamujana mu gikiriza ca Aburahamu: na nya mutunzi arapfa, arahambga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite