Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 16:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kandi namba mudakora ivyo mwizigiweko ku vy’ abandi mwabīkijwe, ni nde azobaha ivyo mwokwiganzira?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kandi mutabaye abizigirwa mu gutunganya ivy’ubutunzi bw’abandi, ni nde azobaha ubutunzi mwiganzira?

Gade chapit la Kopi




Luka 16:12
11 Referans Kwoze  

ati Navuye mu nda ya mama nambaye ubusa, kandi nzosubira mu nda y’isi ata co nambaye. Uhoraho ni we yagavye, kand’ Uhoraho ni we agaburuje: izina ry’Uhoraho ni rishemagizwe.


arikw ibikwiye rwose ni kimwe: kuko Mariya ahisemw’ umugabane mwiza, atazokwakwa.


Erega ntiyamenye kw ari jewe namuha za ngano na vino n’amavuta, nkamusenyurirakw ifeza n’izahabu, ivyo bākoreshereje Bayali.


Namba mutabaye abizigirwa kw itunga ribi mubīkijwe, ni nde azobabītsa itunga nyaryo?


Nta muntu asaba abami babiri; yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite