Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 15:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ndababgira yuko mw ijuru bazonezererwa bartyo umunyavyaha umwe yihannye, bakamurutisha abagororotsi mirongwicenda n’icenda batarinda kwihana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ndababwire ukuri, no mw’ijuru haba umunezero mwinshi iyo umunyavyaha umwe yihanye gusumba uwo bagirira abagororotsi mirongo icenda n’icenda badakeneye kwihana.

Gade chapit la Kopi




Luka 15:7
13 Referans Kwoze  

Sinaje guhamagara abagororotsi, ariko naje guhamagara abanyavyaha ngo bihane.


Ndababgire, Uko ni ko haba umunezero imbere y’abamarayika b’Imana kubg’ umunyavyaha umwe yihannye.


arikw akanyamuneza no guhimbarwa biratubereye: kuko murumunāwe uyu yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse.


Kand’ iy’ ayibonye, ndababgira ukuri yukw ayinezererwa kuyirutisha zimwe mirongwicenda n’icenda zitāzimiye.


Har’ urunganwe rw’abantu bibgira ko batunganye, Ariko ntibuhagiwe imyanda yabo.


Nanje kera nariho, ntafise ivyagezwe: maz’ icagezwe kije, icaha kirarabūka, nanje ndapfa;


Arababgira, ati Mwebge mugomba kwiyerekana nk’abagororotse mu maso y’abantu, arikw Imana irazi imitima yanyu: kukw igishizwe hejuru mu bantu ar’ igisesema mu nyonga z’Imana.


Maz’ abgira se, ati Rāba iyi myaka ingana irtya ngukorera, nta ho nigeze kwanka ico wangezeko, nanje nta ho wigeze kumpa n’agasuguru, ngo nnezeranwe n’abagenzi.


Nuko mwame imbuto zikwiranye n’ukwihana.


yashika mu rugo, agahamagara incuti ziwe n’ababanyi biwe, akababgira, ati Tunezeranwe, kuko mbonye intama yanje yari yāzimiye.


Cank’ umugore yogira amahera cumi, akabura rimwe, ntiyodomeka itara, agakubura inzu, akarondera ashishikaye kugeza ah’ aribonera?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite