Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 kand’ uwabatoye mwempi akaza akakubgira, ati Habise uyu: ni ho uzomāramāra, ukagenda, ukicara inyuma y’abandi bose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Muri ico gihe, nyene urubanza azoza akubwire ati: ‘Mubise yicare.’ Maze uzogenda uramaramara kwicara mu kibanza c’inyuma ya bose.

Gade chapit la Kopi




Luka 14:9
8 Referans Kwoze  

Ubgibone bgitangira imbere y’uguhona, Kand’ umutima wihaya witangira imbere y’ukugwa.


Ubgibone buje, ni ho haza gutētērwa, Arik’ ubgenge bubana n’ abicishije bugufi.


Abanyabgenge bazoragwa icubahiro, Arikw isoni ni zo zizoba umugabane w’ibipfu.


Nuko mwame imbuto zikwiranye n’ukwihana: kandi ntimutangure kwiyumvira mu mitima, muti Ko dufise Aburahamu, ni we sogokuruza. Ndababgira yukw aya mabuye Imana ishobora kuyavyuramw’ abana ba Aburahamu.


Akivuga ivyo, abamurwanya bose baramāramāra, ishengero ryose rinezererwa ivyiza vy’agahebuza yakora vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite