Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kand’ arababaza, ati Ni nde muri mwebge afise umwana cank’ inka, hogira igikorokera mw iriba, ntiyoca agikūrayo kw isabato?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Aca ababaza ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise umwana akagwa mu kinogo ntamukureyo, canke inka yiwe ikagwayo ntayikureyo, ngo ni uko ari ku musi w’Isabato?”

Gade chapit la Kopi




Luka 14:5
5 Referans Kwoze  

Umwami Yesu aramwishura, ati Mwa ndyarya mwe, mbeg’ umuntu wese muri mwebge ntazitura inka yiwe cank’ indogoba yiwe mu ruhongore kw isabato, akayijana, akayishōra?


nuko, uku ni ko bisobanurwa, mugenzi, kandi n’ icagezwe c’Īsumba vyose kigushitseko, mwami wanje nyen’ ingoma:


Maze barihorera. Aramufata, aramukiza, aramusezera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite