Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maze barihorera. Aramufata, aramukiza, aramusezera.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko ntibagira ico bamwishura. Maze Yesu aca amukorako, aramukiza, aramurungika arigira.

Gade chapit la Kopi




Luka 14:4
4 Referans Kwoze  

Ntihāgira ūshobora kumwishura ijambo na rimwe, kand’ uhereye kur’ uwo musi nta muntu yubahutse gusubira kumubaza ikindi.


Yesu abaza abigisha ivyagezwe n’Abafarisayo, ati Mbega biremerwa gukiza umuntu kw isabato, canke ntivyemerwa?


Kand’ arababaza, ati Ni nde muri mwebge afise umwana cank’ inka, hogira igikorokera mw iriba, ntiyoca agikūrayo kw isabato?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite