Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 14:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Yesu abaza abigisha ivyagezwe n’Abafarisayo, ati Mbega biremerwa gukiza umuntu kw isabato, canke ntivyemerwa?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yesu abaza Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe ati: “Mbega biremewe gukiza umuntu ku musi w’Isabato?”

Gade chapit la Kopi




Luka 14:3
10 Referans Kwoze  

Kandi hārimw’ umuntu anyunyutse ukuboko. Baramubaza, bati Mbega birēmerwa gukiza kw isabato? Ngo baronke uko bomurega.


Yesu arababgira, ati Ndababaze: mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato, canke n’ugukora ibibi; gukiza umuntu, canke kumwica?


Arababaza, ati Mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato canke n’ugukora ibibi? Gukiza umuntu canke kumwica? Barihorera.


None se, k’umuntu akebga kw isabato, kugira ngw icagezwe ca Mose ntimukirenge, none jewe mumpōra iki ko kw isabato nakijije umuntu yiramvuriye?


Umwe muri bo w’umwigisha w’ivyagezwe aramubaza amugeza,


Abafarisayo babibonye, baramubgira, bati Mbeg’ abigishwa bawe ko bakora ikizira gukorwa kw isabato!


Imbere yiwe hār’ umuntu arwaye urusina.


Maze barihorera. Aramufata, aramukiza, aramusezera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite