9 hanyuma ni wama insukoni bizoba ari vyiza; ariko n’utama, uzowuca.
9 Nicama bizoba ari vyiza, nikitama na ho uzoheza ugiteme.’ ”
Ishami ryose ryo muri jewe ritāma, arikūraho; kand’ iryama ryose araritūtūrira, ngo rirushirize kwama.
Arikw iyo zimezemw’ imikere n’ibitovu, ziba zisivye, ziba zishigaje gatoya zikavumwa, iherezo ryazo n’uguturirwa.
bishe Umwami Yesu n’abāvugishwa n’Imana, kandi natwe bāratwirukanye, ntibānezereje Imana, barwanya abantu bose;
Na we aramwishura, at’ Enda mugenzi, wureke uyu mwaka na wo, ndaworohereze, ndawutabirire:
Ku musi w’isabato yigishiriza mur’ imwe mu masinagogi.