Luka 13:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni ho muzotangura kuvuga, mut’ Erega twarīra, twanywera imbere yawe, kandi wigishiriza mu nzira z’i wacu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Namwe muzovuga muti: ‘Twarira kandi twanywera imbere yawe, mbere wigishiriza mu mabarabara y’iwacu.’ Gade chapit la |