Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 13:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kand’ aravuga, at’ Ubgami bg’Imana busa n’iki, kandi ndabushushanye n’iki?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko Yesu aravuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana bumeze nk’iki? Nobugereranya n’iki?

Gade chapit la Kopi




Luka 13:18
8 Referans Kwoze  

kandi ntibazovuga, bat’ Ehe ngubu: canke bati Nguburiya; kuk’ ubgami bg’Imana buri muri mwebge.


Yongera kuvuga, at’ Ubgami bg’Imana ndabushushanye n’iki?


Yongera kubabgira, at’ Ubgami bg’Imana busa n’umuntu yabivye imbuto mw ivu,


Abacira uwundi mugani, at’ Ubgami bgo mw ijuru busa n’umuntu yabivye imbuto nziza mu ndimiro yiwe.


Nukw abantu b’iki gihe ndabagereranya n’iki, kandi basa n’iki?


Nokubarira iki? Nokugereranya n’iki, ga mukobga Yerusalemu we? Noguhwanya n’iki kugira ngo nguhūmurize ga nkumi Siyoni we? Kuk’ uruguma rwawe ari runini nk’ikiyaga: ni nde yoshobora kukuvūra?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite