Luka 13:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Yesu amubonye aramuhamagara, aramubgira, ati Nyina wanje, urabohowe ubumuga bgawe. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe12 Yesu amubonye aca aramuhamagara ngo aze aho ari, amubwira ati: “Mupfasoni, ingwara yawe irakize.” Gade chapit la |