10 Ku musi w’isabato yigishiriza mur’ imwe mu masinagogi.
10 Umusi umwe Yesu yariko arigisha mw’isinagogi kandi hari kw’Isabato.
Yesu agendagenda i Galilaya hose, yigisha mu masinagogi yabo, ababgira ubutumwa bgiza bg’ubgami, akiza indwara n’ubumuga vy’uburyo bgose mu bantu.
Nukw avugira ijambo ry’Imana mu masinagogi y’i Galilaya.
hanyuma ni wama insukoni bizoba ari vyiza; ariko n’utama, uzowuca.