Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

53 Umwana azotandukana na se, na se n’umwana n’uko; umukobga azotandukana na nyina, na nyina n’umukobga n’uko; inabukwe azotandukana n’umukazana wiwe, n’umukazana na inabukwe n’uko.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

53 Umugabo azogwanya umuhungu wiwe, umuhungu na we agwanye se; umugore azogwanya umukobwa wiwe, umukobwa na we agwanye nyina; umugore azogwanya umukazana wiwe, umukazana na we agwanye inabukwe.”

Gade chapit la Kopi




Luka 12:53
6 Referans Kwoze  

Kuk’ umuhungu akēngēra se, umukobga agahagurukira nyina, umukazana agahagurukira inabukwe; kand’ abansi b’umuntu bakaba abo mu rugo rwiwe.


Ni ho benshi bizobatsitaza, bazoryarukana, bazokwankana.


Kuko naje guteranya umwana na se, n’umukobga na nyina, n’umukazana na inabukwe.


Ndababgire, si ko biri, ariko naje kuzana umucano. Kuk’ uhereye none hazobaho batanu mu nzu imwe batandukanye, batatu na babiri, na babiri na batatu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite