Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Mbega mwiyumvira ko naje kuzana amahoro mw isi?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Mbega mwiyumvira ko naje kuzana amahoro kw’isi? Haba na mba! Ahubwo naje gutuma abantu bacanamwo.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:51
8 Referans Kwoze  

Naje guta umuriro mw isi, non’ iyaba war’ umaze gufatwa, mba nkigomba iki kandi?


Maz’ inkoni yanje ya kabiri yitwa Yungiro nca ndayivunamwo kubiri, kugira ngo nice umuvukano w’Abayuda n’ Abisirayeli.


Ndababgire, si ko biri, ariko naje kuzana umucano. Kuk’ uhereye none hazobaho batanu mu nzu imwe batandukanye, batatu na babiri, na babiri na batatu.


Amaze kuvuga artyo, Abayuda bagenda bahāririzanya bikomeye.]


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite