Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Ndababgira ukuri yukw azomuha kugaba ivy’ afise vyose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Ndababwire ukuri, azoshika amuzeza ivyo atunze vyose.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:44
8 Referans Kwoze  

Ndababgira ukuri yukw azomuha kugaba ivy’ afise vyose.


ndakugīra inama, ungurekw izahabu yakūwekw inkamba n’umuriro, ubone kuba umutunzi; ungureko n’impuzu zera, ubone kwambara, isoni z’ubgambure bgawe ntizigaragare; kand’ ungureko n’umuti wo gusīga ku maso, ubone guhumūka.


Shebuja aramubgira, ati Wagize neza, muntu wanje mwiza wo kwizigirwa, wizigiwe kuri bike, nzoguha kugaba vyinshi. Injira mu munezero wa shobuja.


Hahirwa uwo mushumba shebuja agarutse azosanga akora artyo.


Arik’ uwo mushumba ni yibgira mu mutima wiwe, ati Databuja aracatevye kuza; maz’ agatangura gukubita abashumba n’incoreke, no kurya no kunywa no kuborerwa,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite