Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 12:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kand’ umuntu wese azodedemba ku Mwana w’umuntu, azobiharirwa; arik’ ūzorogota kuri Mpwemu Yera ntazobiharirwa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Kandi umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu azobiharirwa, ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa.

Gade chapit la Kopi




Luka 12:10
7 Referans Kwoze  

Umuntu ni yabona mwene Data wundi akora icaha kitar’ ico kumwicisha, asenge, azohesha ubugingo abakoze ivyaha bitar’ ivyo kubicisha. Har’ icaha co kwicisha: ico si co mvuze kw asengera.


naho nabanje kumurogotako no kumuhīga no kumwambika ibara. Ariko naragiriwe ikigongwe kuko nabikoze ntabizi ntarizera;


Yesu aravuga, ati Data, n’ubaharire, kuko batazi ico bakora. Bagabura impuzu ziwe, barazipfindira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite