Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 uwo mu nzu yomwishura, ati Sigaho kungora, namaze kwugara, kandi turi kumwe n’abana banje ku buriri, sinshoboye kuvyuka ngo ndayiguhe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Maze uwo mugenzi wiwe akamwishura ari mu nzu ati: ‘Nta co ungora, namaze kwugara umuryango kandi twe n’abana banje twamaze kuryama. Sinshobora rero kuvyurwa no kuguha imikate.’

Gade chapit la Kopi




Luka 11:7
7 Referans Kwoze  

Nyen’ inzu ni yaheza guhaguruka, akugara urugi, mugatangura gukomanga muhagaze hanze, mukavuga, muti Mupfasoni, n’utwugururire: ni ho azobishura, ati Simbazi, sinzi n’iyo muvuye.


Uhereye none ntihakagire umuntu angora, kuko mfise ku mubiri inkovu za Yesu.


Yesu ajana na bo. Atakiri kure y’inzu, wa mugabisha amutumakw incuti ziwe, ati Mugenzi, nturinde kwigora, kuko bitambereye ko winjira mu nzu yanje:


Bakigiye kugura umukwe arashika; abiteguye binjirana na we mu bukwe, urugi rurugarwa.


Nti Ko nambuye umwambaro wanje: nowambara nte? Nkaba niyoze ibirenge: novyanduza nte?


kuko haje incuti yanje ivuye ku rugendo, nanje ntagira ico ndayizimana:


Ndababgire: Nah’ atovyurwa n’ukw ar’ incuti yiwe ngw ayimuhe, ariko kukw atagize isoni zo kumuhambira, aravyuka, akamuha ivy’ agomba vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite