Luka 11:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Umuntu w’inkomezi afise ibirwanishwa iy’ ateramiye urugo rwiwe, ibintu vyiwe biba amahoro; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Iyo umuntu w’umunyenkomezi kandi afise ibigwanisho bikwiye araririye inzu yiwe, ivyo atunze biba mu mutekano. Gade chapit la |