Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Kandi ni nde muri mwebge w’umuvyeyi, umwana wiwe yomusaba umutsima, akamuha ibuye; canke yomusaba ifi, akamuha inzoka;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ni nde muvyeyi muri mwebwe umwana yosaba ifi akamuha inzoka?

Gade chapit la Kopi




Luka 11:11
5 Referans Kwoze  

Har’ umuntu muri mwebge, umwana wiwe yomusaba umutsima, akamuha ibuye?


Mbeg’ umugore yokwibagira umwana akiri kw ibere, ngo yoye kugirira akagongwe ubura bgiwe? Ni koko, abo boshobora kwibagira, ariko jeho sinoshobora kukwibagira.


Canke yomusaba ifi, akamuha inzoka?


Kuk’ ūsaba wese ahabga; ūrondera aronka; ūramutsa yugururirwa.


canke yomusaba irigi, akamuha sikorupiyo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite