Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ni yaba irimw’ umunyamahoro, amahoro yanyu azoba kuri we: ni bitāmera birtyo, azobagarukako.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Nimwasanga abo muri iyo nzu ari abanyamahoro, umuhezagiro wanyu uzoba kuri bo. Atari uko na ho, umuhezagiro wanyu uzobagarukako.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:6
11 Referans Kwoze  

Kand’ Umwami Nyen’ amahoro ubgiwe, yame abaha amahoro ibihe vyose uburyo bgose. Umwami abane namwe mwese.


Kand’ imbuto zo kugororoka zibibga mu mahoro n’ababanguranya.


Ntihakagire umuntu abahendesha amagambo y’ubusa: kukw ivyo ari vyo bizanira uburake bg’Imana abantu b’intabarirwa.


Kuk’ umwana atuvukiye, duhawe umwana w’umuhungu; ubutware buzoba ku bitugu vyiwe: azokwitwa Igitangaza, Umujanama, Imana y’ubushobozi, Data wa twese ahoraho, Umukama w’amahoro.


Ariko jeho, uko bārwara, imyambaro yanje yaba amagunira, Nababarisha ubugingo bganje kwisonzesha, Ngasenga ncuritse umutwe mu gikiriza.


None rer’ ubimenye, wiyumvire ico wokora, kuko hagiye kuba ivyago kuri databuja no ku rugo rwiwe rwose, kand’ ar’ umuntu w’umugesera, ata woshobora kugira ico amubgira.


Mumere nk’abana bagamburuka, ntimwishushanye n’ukwifuza kwanyu kwa kera kwo mu gihe c’ukutamenya kwanyu.


Inzu yose muzokwinjiramwo, muze mubanze muvuge, mut’ Amahoro abe mur’ iyi nzu.


Kand’ iyo nzu nyene muze muyigumemwo, murya munywa ivyo babahaye; kuk’ umukozi akwiye ingero yiwe. Ntimugende murarāraguza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite