Luka 10:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 arikw ibikwiye rwose ni kimwe: kuko Mariya ahisemw’ umugabane mwiza, atazokwakwa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe42 Hari ikintu kimwe gusa gikenewe kuruta ibindi. Mariya yahisemwo ikintu ciza, kandi ntazocakwa.” Gade chapit la |