Luka 10:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ahindukirira abigishwa, ababgira biherereye, ati Hahirwa amaso abona ivyo mubona. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe23 Maze arahindukira, abwira abigishwa biwe bonyene ati: “Harahiriwe amaso abona ivyo muriko murabona. Gade chapit la |