Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ndababgire, Kur’ uwo musi uzoza, Sodomu hazogira agahengekezo kurusha nya gisagara.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ndababwire ukuri, ku musi w’imanza, i Sodomu hazogira agahengekerezo kurusha ico gisagara.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:12
6 Referans Kwoze  

Ndababgire ukuri, ku musi w’amateka igihugu c’i Sodomu n’i Gomora kizogira agahengekezo kurusha nya gisagara.


Ariko ndababgira yukw igihugu c’i Sodomu kizogira agahengekezo ku musi w’amateka kurusha wewe.


Ahantu hose aho bazokwanka kubākīra ntibabumve, mukivayo muze mukunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kibe ikimenyetso kibabere icabona.


Kukw ibigabitanyo vy’umukobga w’ubgoko bgacu bikomeye gusumba icaha c’i Sodomu, Ari ho hākomvomvowe mu kanya isase, ata kuboko kuhakozeko.


Uhoraho atiburira kuri Sodomu na Gomora umuriro n’ amazuku, bivuye kuri we mw ijuru;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite