Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 10:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mu nyuma y’ivyo, Umwami Yesu atoranya abandi mirongwirindwi, atuma babiri‐babiri, ngo bagende imbere yiwe mu bisagara vyose n’ahantu hose ah’ agira ace.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ivyo biheze, Umwami Yesu aca arungika abandi mirongo irindwi na babiri, abarungika ari babiri babiri, ngo babe baramwitangira imbere mu bisagara n’ahandi hantu hose yari yimirije kuja.

Gade chapit la Kopi




Luka 10:1
14 Referans Kwoze  

atuma integuza imbere yiwe. Ziragenda, zija mu mihana y’Abasamariya kumuteguriza.


Uhoraho abarira Mose, ati Nkoraniriza abagabo mirongwirindwi bo mu bakuru b’Abisirayeli, abo uzi kw ar’ abakuru koko, baganza abantu, ubazane kw ihema ry’ibonaniro, bahagararaneho nawe.


Kandi nawe, mwana, uzokwitwa umuntu avugishwa n’Īsumba vyose, Kuk’ uzokwītangira imbere y’Umwami Imana gutegūra inzira ziwe:


Azoyiza imbere ari n’umutima wa Eliya n’ubushobozi bgiwe, ngw asanganye imitima ya ba se n’iy’ abana, n’intabarirwa azisubize ku bgenge bg’abagororotsi, ategurire Umwami Imana ubgoko burorane.


Umwami Yesu amubonye amutera akagongwe, aramubarira, ati Nta co urira.


Kand’ imbere yavyo hāri hahagaze abantu mirongwirindwi bo mu bakuru b’ inzu ya Isirayeli; no hagati yabo hāri hahagaze Yazaniya mwene Shafani; kand’ umuntu wese yar’ afise icotero ciwe mu minwe, hagapfunduka imyotsi itāmirana y’ imibavu.


Yohana ahamagara babiri mu bigishwa biwe, abatuma ku Mwami Yesu, ati Muti Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite