Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:73 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

73 Indahiro yarahiye sogokuruza Aburahamu,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

73 ari yo ndahiro yarahiye sogokuruza Aburahamu;

Gade chapit la Kopi




Luka 1:73
10 Referans Kwoze  

Ni ryo sezerano yasezeranye na Aburahamu, Indahiro yarahiye Isaka,


Ariko n’uk’ Uhoraho abakunda, akagomba gushitsa indahiro yarahiye ba sogokuruza banyu; ni co catumye Uhoraho abakūzay’ ububasha bgiwe bginshi, akabagobōtora, akabakūra mu nzu y’ubuja, no mu maboko ya Farawo umwami wa Egiputa.


kugira ngo mbone gushitsa indahiro narahiye ba sogokuruza, yuko nzobaha igihugu gitemba amata n’ubūki, nk’uko bimeze uyu musi. Nuko ndishura, nti Amen, Uhoraho.


Maze ni mwumvira ayo matēka ashinzwe, mukayitondera, mukayashitsa, Uhoraho Imana yanyu azobashikiriza isezerano, abagirire imbabazi, nk’uko yarahiye ba sogokuruza;


Hamwe Imana yasezeranira Aburahamu isezerano, kukw ata we yogira indahiro ayiruta, yarīrahiye,


Ba urasuhukiye mur’ iki gihugu, nanje nzobana nawe, nguhe umugisha; kuko wewe n’ uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose; kandi nzokomeza indahiro narahiye Aburahamu so;


Uhoraho, Imana Nyen’ ijuru, umwe yankūra mu nzu ya data no mu gihugu navukiyemwo, akambarira, akandahira, at’ Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu; uyo ni we ubgiwe azotuma umumarayika wiwe akuje imbere, nawe az’ abe ari ho usabira umwana wanje umugeni.


Kw izoduha gukizwa amaboko y’abansi bacu, Tukayisenga ata bgoba,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite