Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Kukw ijwi ry’indamukanyo yawe ryinjiye mu matwi yanje, inda igakinagizwa muri jewe n’umunezero.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Nabaye ncumva indamukanyo yawe, umwana ari mu nda aca ariginagura kubera umunezero.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:44
4 Referans Kwoze  

Maze Elisabeti yumvise indamukanyo ya Mariya, inda ikinagira muri we, Elisabeti yuzuzwa Mpwemu Yera,


Kand’ iki kimbereyekw iki, nyina w’Umwami wanje kuza aho ndi?


Kandi hahirwa wewe wizeye, kukw ivyo wabgiwe n’Umwami Imana bizoshika.


Uwo musi muze munezerwe mwitere hejuru, kukw impēra yanyu ari nyinshi mw ijuru: kukw ari ko ba sekuruza babo bāgize abāvugishwa n’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite