Luka 1:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe38 Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Wa mumarayika aca amusiga aho arigira. Gade chapit la |