Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Mariya abaza umumarayika, at’ Ivyo bizobaho bite, ko ntaramenya icitwa umugabo?

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Mariya abaza uwo mumarayika ati: “Ivyo vyoshoboka bite, ko ntarigera ndyamana n’umugabo?”

Gade chapit la Kopi




Luka 1:34
4 Referans Kwoze  

ariko va hasi, ushike mu gisagara, uzobarirwa ivy’ ukwiye gukora.


ahangame mu nzu ya Yakobo ibihe bidashira; ubgami bgiwe ntibuzogira iherezo.


Umumarayika aramwishura, ati Mpwemu Yera azokuzako, ubushobozi bg’Īsumba vyose buzogutera igitūtu: ni co gituma uwera azovuka azokwitwa Umwana w’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite