Luka 1:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kandi mu kwezi kwa gatandatu, umumarayika Gaburiyeli atumwa n’Imana mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Elizabeti amaze amezi atandatu yibungenze, Imana irungika umumarayika Gaburiyeli mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti, Gade chapit la |