Luka 1:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Abantu bāri barorereye Zakariya batangazwa n’ukw atevye ahēra h’urusengero. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Mu gihe ivyo vyariko biraba, abantu bari hanze, bagumye barindiriye Zakariya bibaza igituma yatevye mu rusengero umwanya munini. Gade chapit la |