Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 uzonezerwa, uzohimbarwa, kandi benshi bazonezererwa ukuvuka kwiwe;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Uwo mwana azogutera kunezerwa no guhimbarwa, kandi ivuka ryiwe rizonezereza benshi,

Gade chapit la Kopi




Luka 1:14
8 Referans Kwoze  

Ababanyi biwe n’incuti ziwe bumva yuk’ Umwami Imana yamugiriye imbabazi nyinshi, banezeranwa na we.


Se w’umugororotsi azogira akanyamuneza kenshi, N’ūvyaye umwana w’ubgenge azomunezererwa.


Umwana w’ubgenge anezereza se, Arik’ umuntu gito akēngēra nyina.


Sara aravuga, at’ Imana irantwengeje; kand’ abazovyumva bose bizobatwenza nkanje.


Mwana wanje, umutima wawe ni wagira ubgenge Uwanje mutima bgite uzonezerwa,


Umumarayika aramubgira, ati Nta co utinya, Zakariya, kukw ivyo wasavye vyumviswe, umugore wawe Elisabeti azokuvyarira umuhungu, uz’ umwite Yohana:


kukw azoba mukuru mu nyonga z’Umwami Imana; ntazonywa vino cank’ ikiboreza na kimwe; azokwuzuzwa Mpwemu Yera, ahereye ku kuva mu nda ya nyina,


Aravumwe umuntu yazaniye inkuru data, at’ Uvyaye umwana w’umuhungu; bikamunezereza cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite