Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 1:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 kand’ ishengero ryose ry’ubgo bgoko ryariko rirasengera hanze mu gihe co kwosa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Igihe co guturira ibimota neza kigeze, abari ngaho bose bariko basengera hanze.

Gade chapit la Kopi




Luka 1:10
7 Referans Kwoze  

Ntihaze hagire umuntu n’umwe agera mw ihema ry’ibonaniro, igihe Aroni yinjira Ahēra kuhatangira impongano, gushitsa ah’ azoba asohokeye, amaze kwitangira impongano ubgiwe bo n’ urugo rwiwe, no kuyitangira ishengero ryose ry’Abisirayeli.


Haza umumarayika wundi, ahagarara ku gicaniro, afise icotero c’izahabu, ahabga imibavu myinshi ngw ayishire ku gusenga kw’abera bose kuri ku gicaniro c’izahabu kir’ imbere y’iyo ntebe.


Kuko Kristo atinjiye ahēra cane hākozwe n’intoke, h’ikigereranyo c’ah’ ukuri, ariko yinjiye mw ijuru ubgaho, kugira ngo non’ aduserukire imbere y’inyonga z’Imana.


Nuko, ko dufise umuherezi mukuru akomeye, yaciye mw ijuru, ni Yesu Umwana w’Imana, tubangirize ivyo twizera tukavyatura.


n’agakombe kamwe k’izahabu, kuriba kwako ni shekeli cumi; kari kuzuye imibavu;


Ugusenga kwanje gushirwe imbere yawe nk’imibavu, N’amaboko yanje kuyatarika kube nk’ikimazi co ku mugoroba.


Kand’ abantu bo mu gihugu baze bahore basengera imbere y’Uhoraho bar’ inyuma y’ico kirimba ku masabato no mu mboneko z’ukwezi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite