Ivyakozwe 9:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Mur’ iyo misi ararwara, arapfa: bamaze kwuhagira ikiziga, bagishira mu nzu yo hejuru. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe37 Muri iyo misi aragwara, hanyuma arapfa. Ikiziga ciwe baracoza, bakibika mu cumba co hejuru. Gade chapit la |