Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 asangay’ umuntu yitwa Ayineya, yar’ amaze imyaka munani avunda mu buriri, kuko yari yaramugaye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Maze ahasanga umugabo yitwa Ayineya, yari amaze imyaka umunani avundiye ku kirago kuko yari yarakongataye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:33
13 Referans Kwoze  

Non’ uyu, ar’ umukobga wa Aburahamu, yaboshwe na Satani iyo myaka cumi n’umunani yose, ntakwiye kubohorwa iyo ngoyi ku musi w’isabato?


I Lusitira hār’ umugabo yar’ aremaye ibirenge uhereye aho yakaviriye mu nda ya nyina, nta ho yari yarigeze gutambuka.


Kuk’ uwo muntu yar’ arengeje imyaka mirongwine avutse, uwakozwekw ico kimenyetso co kumukiza.


Hār’ umuntu yaremaye ibirenge uhereye kuva mu nda ya nyina, yama aterurwa, bakamushira kw irembo ry’urusengero ryitwa Ryiza uko bukeye, kugira ngw asēge abinjira mu rusengero.


arikw icatumye abona ubu, ntitukizi, kandi n’uwamuhumūye, tweho ntitumuzi. Mumwibarize, n’umugabo, arivugira.


Arikw arahita, abona umuntu yavutse ar’ impumyi.


Hārih’ umuntu yar’ afise indwara ayimaranye imyaka mirongwitatu n’umunani.


Yesu abaza se, at’ Amaze igihe kingana iki bimutera birtyo? Aramwishura, at’ Uhereye mu bgana bgiwe.


Kand’ umugore arwaye ubutinyanka yar’ abimaranye imyaka cumi n’ibiri,


Inkuru yiwe ikwira i Siriya hose, bamuzanira abarwaye bose bātewe n’indwara zitari zimwe n’ibibasheshereje, n’abinjiwemwo n’abadayimoni, n’abarwaye intandara, n’ibimuga; arabakiza.


Nuko Petero agendagenda hose, amanuka no ku bera baba i Luda,


Petero aramubgira, ati Ayineya, Yesu Kristo aragukijije: vyuka, wizingire ikirago. Aca avyuka ako kanya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite