Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Ashitse i Yerusalemu, agerageza kwifatanya n’abigishwa: bose baramutinya, ntibemera kw ar’ umwigishwa.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ashitse i Yerusalemu, agomba kwifatanya n’abandi bigishwa, ariko bose baramutinya, kuko batizera ko yahindutse umwigishwa vy’ukuri.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:26
9 Referans Kwoze  

Ariko nabanje kubgira ab’i Damasiko hanyuma ab’i Yerusalemu, n’abo mu gihugu cose c’i Yudaya, n’abanyamahanga na bo, yuko bakwiye kwihana, no guhindukirira Imana, bakore ibikorwa bikwiranye n’ukwihana.


maz’ ararya, intege ziragaruka. Amarana imisi n’abigishwa b’i Damasiko;


kand’ ari co coshimishije abīgira bene Data bānyegetejwe mw ishengero, binjiye mu mpisho ngo batate ukwidegemvya kwacu dufise muri Kristo Yesu, kugira ngo badushire mu buja.


Nuko barekuwe basubira muri bagenzi babo, babīgānira ivyo abaherezi bakuru n’abakuru bababgiye vyose.


Ni ho benshi bizobatsitaza, bazoryarukana, bazokwankana.


Maz’ abigishwa biwe bamujana mw ijoro, bamucisha mu ruzitiro rw’amabuye, bamwururukirije mu gisangaza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite