Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 9:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Maz’ abigishwa biwe bamujana mw ijoro, bamucisha mu ruzitiro rw’amabuye, bamwururukirije mu gisangaza.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ariko abigishwa biwe bahengera ari mw’ijoro, bamushira mu giseke, bamucisha mw’idirisha ry’uruzitiro, baramwururutsa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 9:25
7 Referans Kwoze  

Bancisha mu kadirisha k’uruzitiro rw’amabuye, ndi mu gisāngāza, ndahunga ndamuva mu maboko.


Araheza abūrurukisha umugozi abacishije mw idirisha, kukw inzu yiwe yar’ ifatanye n’uruzitiro rw’amabuye ruzitiriye igisagara: ni ho yaba.


Bararya bose, barahāga; batororokanya imisigazwa y’utumanyagu, yuzura ibivumvu ndwi.


maze Sauli amenya inama yabo. Bamutegera ku marembo ku murango no mw ijoro kugira ngo bamwice.


Ashitse i Yerusalemu, agerageza kwifatanya n’abigishwa: bose baramutinya, ntibemera kw ar’ umwigishwa.


Maz’ abigishwa, umuntu wese nk’ukw atunze, bashinga kurungikira bene Data baba i Yudaya ivyo kubatabara.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite