Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abantu benshi bashira umutima ku vyo Filipo avuga bashize hamwe, bumvise kandi babonye ibimenyetso akora.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Maze abantu isinzi bumvise amajambo ya Filipo, bakabona n’ibitangaza akora, baca bashira umutima ku nyigisho ziwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:6
7 Referans Kwoze  

Kw isabato ikurikira iyo, hakorana nk’abo mu gisagara bose kwumva ijambo ry’Imana.


Kandi n’i Buyuda ukuboko kw’ Imana kubaha guhūza umutima, bumvira ico cagezwe c’umwami n’ abaganwa kivuye kw ijambo ry’ Uhoraho.


Na Filipo aramanuka, aja mu gisagara c’i Samariya, abamenyesha ivya Kristo.


Kuko benshi muri bo bāri binjiwemwo n’impwemu zihumanye zābavamwo, ziboroga n’amajwi arenga; kandi n’abāri bamugaye n’abacumbagira benshi barakizwa.


Na Simoni na we arizera, kand’ amaze kubatizwa yāmana na Filipo: abonye ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye vyakorwa, arūmirwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite