Ivyakozwe 8:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Filipo ateranura akanwa, atangurira kur’ ivyo vyanditswe, amubgira ubutumwa bgiza bga Yesu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe35 Filipo aca ahera kuri ivyo vyanditswe nyene, amubwira Ubutumwa Bwiza bwa Yesu. Gade chapit la |