Ivyakozwe 8:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ava hasi, aragenda. Haza Umunyetiyopiya, inkone y’ububasha bginshi yakorera Kanidake, umugabekazi w’Abanyetiyopiya, ni yo yazezwa itunga ryiwe ryose, yari yagiye i Yerusalemu gusenga. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe27 Nuko afata inzira, akiriko aragenda ahura n’inkone y’Umunyetiyopiya, yari umutware akomeye, ajejwe ubutunzi bwa Kanidake, umwamikazi w’Abanyetiyopiya. Uwo muntu yari yagiye i Yerusalemu gusenga. Gade chapit la |
Ico gihe Uhoraho Nyen’ ingabo azoshikanirwa ishikanwa n’ubgo bgoko bg’abantu barebare b’umubiri uyagayaga, ubgoko bgamye butera ubgoba uhereye ubga mbere ugashitsa n’ ubu; ihanga rikomeye risiribanga vyose, ryo mu gihugu kigabanijwe n’inzūzi; iryo shikanwa rizoshikanirwa ahantu h’izina ry’Uhoraho Nyen’ ingabo, ni ho ku musozi Siyoni.