Ivyakozwe 8:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Nta n’agahimba ufise, nta n’akagabane kavyo, kuk’ umutima wawe udatunganye imbere y’Imana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Nta n’agace canke umugabane ufise muri iki gikorwa, kuko umutima wawe utagororotse imbere y’Imana. Gade chapit la |