Ivyakozwe 8:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Petero aramubgira, at’ Ifeza zawe ziragapfana nawe, kuk’ ugira ngw ingabire y’Imana woyironkesha amahera. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe20 Petero aramwishura ati: “Amahera yawe aragapfana na we, kuko wibaza ko woshobora kugura ingabire y’Imana amahera. Gade chapit la |