Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 ati Nanje ni mumpe ubgo bushobozi, kugira ng’uwo nzorambikakw ibiganza az’ ahabge Mpwemu Yera.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 azibwira ati: “Nimumpe nanje ubwo bubasha kugira ngo uwo nzorambikako ibiganza azoronke Mpwemu Yera.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:19
9 Referans Kwoze  

Har’ ico nandikiye ishengero: ariko Diyotirefe, akunda kwishira imbere muri bo, ntatwemera.


Mwoshobora kwizera mute, ari mwebge mwubahana, arikw icubahiro kiva ku Mana imwe nsa mutakirondera?


Maze babarambikakw ibiganza, bahabga Mpwemu Yera.


Ariko Simoni, abonye yukw abarambitswekw ibiganza vy’intumwa bahabga Mpwemu Yera, azizanira amahera,


Petero aramubgira, at’ Ifeza zawe ziragapfana nawe, kuk’ ugira ngw ingabire y’Imana woyironkesha amahera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite