Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 8:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 kuko Mpwemu ataribgamanuke ngw aje no kur’ umwe muri bo, bāri babatijwe gusa mw izina ry’Umwami Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 kuko nta muntu n’umwe muri bo yari bwaronke Mpwemu Yera; bari babatijwe mw’izina ry’Umwami Yesu gusa.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 8:16
9 Referans Kwoze  

Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera.


Arababaza, ati Mbega mwarahawe Mpwemu Yera igihe mwizera? Baramwishura, bati Ntitwaribganavyumve yuko Mpwemu Yera yatanzwe.


Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa, mubabatiza mw izina rya Data wa twese n’iry’ Umwana n’irya Mpwemu Yera;


kuko mwese ababatirijwe kuba aba Kristo mwanbaye Kristo.


Canke ntimuzi yuko twese abābatirijwe kuba muri Kristo Yesu, twabatirijwe kuba mu rupfu rwiwe?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite